BooksDirect

Description - Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) by Mark Durie

Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko

bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21).


Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bifise ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.

Buy Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) by Mark Durie from Australia's Online Independent Bookstore, BooksDirect.

A Preview for this title is currently not available.